jeudi 29 décembre 2016


 Muguhimbaza umunsi mukuru w'Umuryango Mutagatifu, Mama Edith Tukwifurije ikaze mu Intumwa za Yezu, Mariya na Yozefu.


             


Dushimire Nyagasani. 
 Akomeze ayobore intambwe zawe mu nzira yo kogeza ubutumwa.



                 "Imana  ni singizwe mu ijuru"

vendredi 23 décembre 2016

Twitegure Umukiza, Araje Uwo twari dutegereje


 

Nimwagure amarembo Bakirisitu ba Rususa, mureke Nyagasani yinjire mu mitima yanyu no mu ngo zanyu .



"Ya viene, ya está cerca , Él es nuestra Salvación".
 Esperando... esperamos Señor tu venida... tu venida Señor.

Nuestras voces se unen al pueblo  de Rususa- Rwanda para elevar nuestra plegaria, por la venida del Señor.